Amakuru yahanahanywe ku mbugahwaniro arahushanye n’uko ibintu vyifashe, abasirikare b’abarundi ntibariko…
Amakuru yahanahanywe ku mbugahwaniro arahushanye n’uko ibintu vyifashe, abasirikare b’abarundi ntibariko…
Urukurikirane
Mu Burundi, abashingamateka bashasha, abakenguzamateka hamwe n’abashikiranganji binjiye mu mabanga batabanje kwerekana amatungo yabo, ivyo navyo bikaba binyuranye n’Ibwirizwa Shingiro hamwe n’itegeko rirwanya igiturire. Ivyo biza bitera…
Mu gihe umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD ahayagiza akarorero keza k’imbonerakure ku rwego mpuzamakungu, ivyegeranyo bitangwa n’amashirahamwe mpuzamakungu vyerekana ibindi. Kure yokuba akarorero, imbonerakure zagirizwa ivyaha vyoguhohotera abandi,…
Mu gihe ubukene bw’igitoro bubandanya kuba ndanse mu Burundi , amasanamu y’ibiduga bininiya bitwara igitoro yatanzwe nk’ikimenyetso cuko igitoro coba kigiye kuboneka kubwinshi yabaye menshi ku mbuga…