Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Urukurikirane
Ku wa 23 Mukakaro 2025, ari i Gitega, umurwa mukuru wa poritike w’Uburundi, Umushikiranganji w’Intwaro yo hagati mu gihugu, Iterambere rusangi n’Umutekano rusangi, yategetse ko ibiciro vyashinzwe…
Mu gihe ifaranga ry’amarundi riguma rita agaciro kandi ibiciro vy’ibidandazwa biguma biduga bidasanzwe, umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye avuga ko ikibazo c’ikena ry’amafaranga mvamakungu kidakora ku banyagihugu bo…
Hakoreshejwe uburyo bwegeranijwe burenga imiriyaridi 100 mu mafaranga y’amarundi,imigambi y’uburimyi PATAREB na PADCAE_B yari ifise ihangiro ryogutunganya gushasha ibijanye n’uburimyi m’uburaruko bw’Uburundi .Mugihe bitegekanijwe ko isango izoherahezwako…