Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Urukurikirane
Amajambo yashikirijwe n’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye, aho yariko yishura abariko bamuhamagarira gushinga amabanga ababikwiye mubibanza vya Reta vyarateye icuka .Imbere y’igisabo c’uwurongoye ishiramwe OLUCOME , Gabriel Rufyiri…
Mu kiganiro co kuwa 6 Mukakaro 2025, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yaremeje ko umuntu wese atemera ivyavuye mu matora yategerezwa ubwa mbere kumwitura, imbere yokwitura ubutungane. Ivyo…
Isanamu yerekana umusirikare w’Umurundi yoba yari yambaye ikirato ca gisirikare gitobotse munsi, mu gihe hariko hahimbazwa intahe yo kwikukira ku wa 1 Mukakaro 2025, yatumye abantu batari…