Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Urukurikirane
Kuwa 16 Ntwarante 2020 Ihanahana ry’ inkuru zitarizo ku rubuga rwa WhatApp rishobora gukwekera abagenzi banyu n’imiryango yanyu mu makosa. Barashobora gufata ikintu kitari co nk’uko ari…
Kuwa 13 Mukakaro 2020 Mu Burundi, uwatsinze amatora amatora y’umukuru w’igihugu yo kuwa 20 Ruheshi 2020, Evariste Ndayshimiye , yari asanzwe ari n’umunyamabanga mukuru w’umugambwe uri ku…
Ibiwani mu butumwa bwo gutanga akazi, imfashanyo, ingurane, utuganuke no gufasha kronka amafaranga vyoroshe ni bisanzwe kuri Facebook. Ivyo bikwegakwega abantu bihebuye mu kubereka inzira zoroshe zo…