Close Menu
    What's Hot

    Abakozi b’abarundi baja kwisumamwo hanze: urupapuro bategerezwa kurondera n’urubakingira koko, canke nukugira basuzume neza abasohoka?

    14 January 2026

    kugwanya ubusuma mu gisata c’ubutare: inguvu z’ubutegetsi ziguma zigabanuka, Ndabirabe aguma aduga

    30 November 2025

    Ukwimbura umusesekara vyaratangajwe, yamara uduhaze ni twinshi

    4 November 2025
    Facebook X (Twitter) Instagram
    Tendances
    • Abakozi b’abarundi baja kwisumamwo hanze: urupapuro bategerezwa kurondera n’urubakingira koko, canke nukugira basuzume neza abasohoka?
    • kugwanya ubusuma mu gisata c’ubutare: inguvu z’ubutegetsi ziguma zigabanuka, Ndabirabe aguma aduga
    • Ukwimbura umusesekara vyaratangajwe, yamara uduhaze ni twinshi
    • «Amahera ya buji» yakwa abapfungwa n’ukuri canke n’urukurukuru?
    • Urukurukuru k’urupfu rwa Général Alain Guillaume Bunyoni, igihuha kidafise ishingiro
    • Nta kimenyetso na kimwe kiriho kigaragaza ko Ubufaransa bwoba buriko burahuza Uburundi n’Urwanda
    • Ikena ry’igitoro riguma ryigaragaza, icizere caraheze: indemesho zitangwa n’umukuru w’igihugu ziranyuranye n’ukuri
    • Ikoroka ry’idorari mu Burundi: Icipfuzo kitagaragaza ukuri muvy’ubutunzi
    Email: info@burundifacts.org
    Burundi Facts
    Facebook X (Twitter) LinkedIn
    ABONNEZ-VOUS
    Tuesday, 20 January 2026
    • Ahabanza
    • Amakuru Yacu
      • poritike
      • Ubutunzi
      • Ibidukikije
      • Imibano
      • Ivyisungwa
    • Amakuru Aramvuye
      • Ibiharuro
      • Imyihwezo
    • Abo Turi
      • Amatangazo
      • Turi Bande?
      • Umurongo Ngenderwako
    • Abo Dukorana
      • Ni bande basuzuma amakuru yacu?
    • Twandikire
    • Français
    • Kirundi
    Facebook X (Twitter)
    Burundi Facts
    Home » Iyi foto y’umukuru w’igihugu c’Uburundi yavuzwe uko itari

    Iyi foto y’umukuru w’igihugu c’Uburundi yavuzwe uko itari

    0
    By Burundi FactCheckers on 16 June 2024 poritike
    Share
    Facebook Twitter LinkedIn Email Reddit Telegram WhatsApp Copy Link

    Kuwa 13 Mukakaro 2020

    Mu Burundi, uwatsinze amatora amatora y’umukuru w’igihugu yo kuwa 20 Ruheshi 2020, Evariste Ndayshimiye , yari asanzwe ari n’umunyamabanga​​ mukuru w’umugambwe uri ku butegetsi , yari yiteze gutangura​ imirimo kuwa 20 Myandagaro 2020, ikiringo c’uwo yari gusubirira, Nyakwigendera Petero Nkurunziza kirangiye.

    Ariko nyuma y’urupfu rwa Petero Nkurunziza, kuwa 8 Ruheshi 2020, Evariste Ndayishimiye yaciye afata icicaro c’umukuru w’igihugu c’Uburundi kuwa 18 Ruheshi 2020.

    Evariste Ndayishimiye amaze kurahira, iri tangazo ryo kuwa 7 Mukakaro 2020 rirerekana ishusho tubona Evariste Ndayishimiyakazi n’umutambukanyi wiwe bikoreye amatafari ku mutwe;​​​​ hariko kandi icandiko kivuga giti: “ ibishasha, Umukuru wigihugu c’Uburundi hamwe n’umutambukanyi wiwe mu bikorwa vyo gufasha imbabare kuwa 4 Mukakaro 2020.”

    Iyo foto nyene yatangajwe n’uwundi muntu ku ngurukanabumenyi yanditseko ibi bikurikira : “ Umukuru w’igihugu mushasha w’Uburundi, umugore wiwe hamwe n’abamufasha barijukiye ibikorwa rusangi. Abategetsi ba Congo bari he ”.

    Ifoto yafashwe muri 2016

    Tumaze gukora isuzuma kuri iyo foto (recherche inversée de l’image) , twayisanze mw’itangazo ry’umunyamakuru​ w’umuganda Charles Onyango-Obbo, yashize ku rubuga Twitter kuwa 18 Ruheshi 2020. Atanga umuco kuri iyo foto, avuga ko ari ifoto yafashwe imbere y’ukwimikwa kwa Perezida Evariste Ndayshimiye.

    Mu vy’ukuri , iyo foto yari yasohowe kuwa 17 Kigarama 2016 n’umukuru w’igihugu w’ubu kuri konte yiwe ya Twitter ,  yanditseko ati “Hamwe n’abenegihugu bo mu Giheta (Gitega), twegeranije amatafari yo kubaka ibiro vy’umutumba . “

    Africacheck yaregereye Doriane Munezero , umuhanuzi akaba n’umuyobozi ajejwe ukumenyesha amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu. Yasobanuye ko iyi foto itafashwe kuwa 4 Mukakaro 2020 ariko “ mu gihe c’ibikorwa rusangi ahazubakwa ibiro vya Zone ya Kabanga , ku murwa mukuru wa poritike i Gitega ”.

    “Hariho amafoto menshi nk’ayo kubera ko abategetsi b’Uburundi bitaba buri gihe ibikorwa rusangi hamwe n’abenegihugu ,”ibi bikaba vyemezwa na Doriane Munezero.

    Ayandi mafoto yafashwe uwo munsi nyene w’ibikorwa rusangi mushobora kuyasanga muri iyi yindi tweet ya Evariste Ndayishimime no muri iyi nkuru yo muri Kigarama 2016.

    – Dieynaba Thiombane

    Related Posts

    Ni iki twomenya kubijanye no kuba Bunyoni yarinjijwe ibitaro

    23 October 20252 Mins Read

    Indongozi zikuru mu gisirikare, igipolisi no mu gisata c’ubutungane boba barekuriwe kwitabira imyiherero ya poritike itunganijwe n’umugambwe?

    24 September 20253 Mins Read

    Intwaro rusangi mu Burundi: iriho vyukuri canke n’imvugo ya poritike gusa

    23 September 20254 Mins Read

    LAISSER UN COMMENTAIRE Cancel Reply

    INKURU ZA MBERE
    Amakuru Yacu

    Abakozi b’abarundi baja kwisumamwo hanze: urupapuro bategerezwa kurondera n’urubakingira koko, canke nukugira basuzume neza abasohoka?

    14 January 202604 Mins Read

    Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko bahura n’ingorane zidasanzwe mubijanye…

    Ubutunzi

    kugwanya ubusuma mu gisata c’ubutare: inguvu z’ubutegetsi ziguma zigabanuka, Ndabirabe aguma aduga

    30 November 202503 Mins Read

    Mu gihe umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye abandanya kuvuga kwatakwihanganira abashora ubutare mu mpisho, umusaruro uriko…

    Amakuru Yacu

    Ukwimbura umusesekara vyaratangajwe, yamara uduhaze ni twinshi

    4 November 202503 Mins Read

    Mugihe umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ahamagarira abarundi gukura amaboko mu mpuzu ngo barime haboneke…

    Amakuru Yacu

    «Amahera ya buji» yakwa abapfungwa n’ukuri canke n’urukurukuru?

    2 November 202503 Mins Read

    Mu Burundi, amashirahamwe atari make aharanira agateka ka zina muntu ariyamiriza ubusuma bukorerwa abapfungwa bashasha.…

    Ronka Amakuru Masha

    Ronka amakuru masha ya Burundi Facts

    * indique "obligatoire"
    /* real people should not fill this in and expect good things - do not remove this or risk form bot signups */

    Intuit Mailchimp

    À une époque où les fausses informations prolifèrent non seulement sur les réseaux sociaux, mais aussi dans les médias traditionnels (radio, télévision, journaux) au Burundi, et où certaines personnalités publiques usent d’un discours versatile pouvant induire la population en erreur, il est du devoir de chacun de se consacrer à la vérification des faits.

    IMYIHWEZO YIMBITSE

    IVYISUNGWA: Abamenyeshamakuru boshikiriza gute amakuru yabo atomoye?

    18 June 2024

    IVYISUNGWA: Intambuko zitanu kugira wirinde amakuru atariyo aca kuri WhatsApp

    17 June 2024

    IVYISUNGWA: Uburyo bwo kubona ibiwani kuri Facebook

    23 February 2022

    Ronka Amakuru Masha

    Ronka amakuru masha ya Burundi Facts

    * indique "obligatoire"
    /* real people should not fill this in and expect good things - do not remove this or risk form bot signups */

    Intuit Mailchimp

    Facebook X (Twitter)
    © 2026 BurundiFacts. Designed by Oracom Web Solutions.

    Type above and press Enter to search. Press Esc to cancel.