Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Urukurikirane
Mu gihe ubukene bw’igitoro bubandanya kuba ndanse mu Burundi , amasanamu y’ibiduga bininiya bitwara igitoro yatanzwe nk’ikimenyetso cuko igitoro coba kigiye kuboneka kubwinshi yabaye menshi ku mbuga…
Umuryango uhurikiyemwo ibihugu vyo muri Afrika y’ubuseruko EAC wari ufise indoto yo gushika kure: mu gukuraho imbibe hagati y’ibihugu biwugize, ikoreshwa ry’ifaranga rimwe, n’ibindi. Inyuma y’imyaka 25,…
Umukuru w’igihugu, Évariste Ndayishimiye, aragiriza abahuza abaguzi n’abagurisha kwaribo (commissionnaires) batuma ibiciro vy’ibifungurwa biduga mu gisagara ca Bujumbura. Ariko inyuma y’ayo majambo ya poritike, ibiharuro muvy’ubutunzi vyerekana…