Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Urukurikirane
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yarijeje abanyagihugu bo muri komine Kiremba kazoza gasayangana biciye mu giterwa c’amavoka. Ariko ku rubuga, ubukene bw’impapuro zitangwa zijanye n’ubuziranenge, amikoro make y’abarimyi…
Iyirukanwa rya David Leysens, umuyobozi w’igisata c’Ububiligi kiraba ivy’iterambere (Enabel), inyuma yo gushira k’urubuga rwiwe inshushanyo ngereranyo ijanye n’ubukene bw’igitoro burangwa mu Burundi ,ivyo vyatumye haba ibibazo…
Mu gihe hariko hahimbazwa imyaka 20 iheze umugambwe CNDD-FDD ushitse ku butegetsi, umunyabanga mukuru w’umugambwe, Révérien Ndikuriyo, yararase ukwitanga kwaranze abarwanyi ku rugamba. Ku bwiwe, indwano barwanye…