Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Urukurikirane
Amajambo yashikirijwe n’umurwizatunga w’umunyarwanda, Sadate Munyakazi, yaravuzweko ibitari bike. Aho yariko aganiririra urwaruka rw’umugambwe uri k’ubutegetsi mu Rwanda FPR mu karere ka Gicukiro, mu gisagara ca Kigali,…
Amakuru yahanahanywe ku mbugahwaniro arahushanye n’uko ibintu vyifashe, abasirikare b’abarundi ntibariko barakinjura mu gisagara ca Uvira, mu ntara ya Kivu yepfo m’ubuseruko bwa Congo. Amatohoza yakozwe na…
Ku magenekerezo ya 4 na 5 Nyakanga 2025 i Muyinga, hamwe na 10 Nyakanga i Gitega, umugambwe uri k’ubutegetsi CNDD-FDD, waratunganije umwiherero wa poritike ku ndongozi nkuru…