Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Urukurikirane
N’ubwo umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yizeza ko Uburundi bufise igitoro «gikwiye» ukuri kugaragara k’urubuga kwerekana ibindi. Ubukene bw’igitoro buragaragara mu ntara zitandukanye;Sopebu ntatangazo yigeze isohora ishimangira ivyashikirijwe…
Idorari ry’abanyamerika ryarakorotse bimwe bitangaje mu kiringo c’indwi zibiri ziheze, inyuma yo guca risubira kuduga mukanya gato. Bamwe bakaba babibonyemwo ikimenyetso cuko ifaranga ry’Uburundi ryoba «ryisubije agaciro».…
Urukurukuru kubijanye nuko amagara yuwahoze ari umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni uko yoba yifashe, yarahanahanywe ku mbugahwaniro imisi itari mike. Inyuma yo kurondera, hari ivyo twaronse…