Amakuru yahanahanywe ku mbugahwaniro arahushanye n’uko ibintu vyifashe, abasirikare b’abarundi ntibariko…
Amakuru yahanahanywe ku mbugahwaniro arahushanye n’uko ibintu vyifashe, abasirikare b’abarundi ntibariko…
Urukurikirane
Umuryango uhurikiyemwo ibihugu vyo muri Afrika y’ubuseruko EAC wari ufise indoto yo gushika kure: mu gukuraho imbibe hagati y’ibihugu biwugize, ikoreshwa ry’ifaranga rimwe, n’ibindi. Inyuma y’imyaka 25,…
Umukuru w’igihugu, Évariste Ndayishimiye, aragiriza abahuza abaguzi n’abagurisha kwaribo (commissionnaires) batuma ibiciro vy’ibifungurwa biduga mu gisagara ca Bujumbura. Ariko inyuma y’ayo majambo ya poritike, ibiharuro muvy’ubutunzi vyerekana…
Inyuma yaho hatunganirijwe amatora kw’igenekerezo rya 05 Ruheshi 2025,amatora yaranzwe n’ubusuma, inzego zatorewe ikiringo co kuva mu 2025_2030 zaramaze kujaho. Reta igizwe n’abashikiranganji 13, arongowe n’umushikiranganji wa…