Amakuru yahanahanywe ku mbugahwaniro arahushanye n’uko ibintu vyifashe, abasirikare b’abarundi ntibariko…
Amakuru yahanahanywe ku mbugahwaniro arahushanye n’uko ibintu vyifashe, abasirikare b’abarundi ntibariko…
Urukurikirane
Mu kiganiro co kuwa 6 Mukakaro 2025, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yaremeje ko umuntu wese atemera ivyavuye mu matora yategerezwa ubwa mbere kumwitura, imbere yokwitura ubutungane. Ivyo…
Isanamu yerekana umusirikare w’Umurundi yoba yari yambaye ikirato ca gisirikare gitobotse munsi, mu gihe hariko hahimbazwa intahe yo kwikukira ku wa 1 Mukakaro 2025, yatumye abantu batari…
Mw’itangazo Umushikiranganji w’Ibidukikije, Uburimyi n’Ubworozi, Prosper Dodiko yatanze itariki 8 Ruheshi, yavuze ko igihugu caronse umusesekara mu mwimbu w’ibigori. Mu kiganiro cabaye itariki 8 Ruheshi 2024 mu…