Amakuru yahanahanywe ku mbugahwaniro arahushanye n’uko ibintu vyifashe, abasirikare b’abarundi ntibariko…
Amakuru yahanahanywe ku mbugahwaniro arahushanye n’uko ibintu vyifashe, abasirikare b’abarundi ntibariko…
Urukurikirane
Iyirukanwa rya David Leysens, umuyobozi w’igisata c’Ububiligi kiraba ivy’iterambere (Enabel), inyuma yo gushira k’urubuga rwiwe inshushanyo ngereranyo ijanye n’ubukene bw’igitoro burangwa mu Burundi ,ivyo vyatumye haba ibibazo…
Mu gihe hariko hahimbazwa imyaka 20 iheze umugambwe CNDD-FDD ushitse ku butegetsi, umunyabanga mukuru w’umugambwe, Révérien Ndikuriyo, yararase ukwitanga kwaranze abarwanyi ku rugamba. Ku bwiwe, indwano barwanye…
Mu gihe umurwi wo kurundera ukuri no kunywanisha abarundi (CVR), ariwo wahavuye wakira ama dosiye yose ajanye n’amatati y’amatongo yari muri CNTB, imyidogo ibandanya irwira. Urangwa no…