Amakuru yahanahanywe ku mbugahwaniro arahushanye n’uko ibintu vyifashe, abasirikare b’abarundi ntibariko…
Amakuru yahanahanywe ku mbugahwaniro arahushanye n’uko ibintu vyifashe, abasirikare b’abarundi ntibariko…
Urukurikirane
Ireresi yerekana umushikiranganji wa mbere w’Uburundi Nestor Ntahontuye aciye imbere y’umukuru w’igihugu ca Algérie Abdelmadjid Tebboune atamuhaye ukuboko ngo amuramutse yarateje uruhagarara ku mbugahwaniro. Ivyo bikaba vyafashwe…
Imashine ziharura amahera: Akarusho kadasanzwe mu gutoza amatagisi canke icipfuzo gisanzwe nk’ibindi
Ikigo cegeranya amakori n’amatagisi mu Burundi OBR cashize icizere kinini kuri mashini zo guharura kugira congereze amakori n’amatagisi. Ariko koko ubwo buryo bushasha bwoba bukwiye bwo nyene…
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yarijeje abanyagihugu bo muri komine Kiremba kazoza gasayangana biciye mu giterwa c’amavoka. Ariko ku rubuga, ubukene bw’impapuro zitangwa zijanye n’ubuziranenge, amikoro make y’abarimyi…