Close Menu
    What's Hot

    Abakozi b’abarundi baja kwisumamwo hanze: urupapuro bategerezwa kurondera n’urubakingira koko, canke nukugira basuzume neza abasohoka?

    14 January 2026

    kugwanya ubusuma mu gisata c’ubutare: inguvu z’ubutegetsi ziguma zigabanuka, Ndabirabe aguma aduga

    30 November 2025

    Ukwimbura umusesekara vyaratangajwe, yamara uduhaze ni twinshi

    4 November 2025
    Facebook X (Twitter) Instagram
    Tendances
    • Abakozi b’abarundi baja kwisumamwo hanze: urupapuro bategerezwa kurondera n’urubakingira koko, canke nukugira basuzume neza abasohoka?
    • kugwanya ubusuma mu gisata c’ubutare: inguvu z’ubutegetsi ziguma zigabanuka, Ndabirabe aguma aduga
    • Ukwimbura umusesekara vyaratangajwe, yamara uduhaze ni twinshi
    • «Amahera ya buji» yakwa abapfungwa n’ukuri canke n’urukurukuru?
    • Urukurukuru k’urupfu rwa Général Alain Guillaume Bunyoni, igihuha kidafise ishingiro
    • Nta kimenyetso na kimwe kiriho kigaragaza ko Ubufaransa bwoba buriko burahuza Uburundi n’Urwanda
    • Ikena ry’igitoro riguma ryigaragaza, icizere caraheze: indemesho zitangwa n’umukuru w’igihugu ziranyuranye n’ukuri
    • Ikoroka ry’idorari mu Burundi: Icipfuzo kitagaragaza ukuri muvy’ubutunzi
    Email: info@burundifacts.org
    Burundi Facts
    Facebook X (Twitter) LinkedIn
    ABONNEZ-VOUS
    Tuesday, 18 August 2026
    • Ahabanza
    • Amakuru Yacu
      • poritike
      • Ubutunzi
      • Ibidukikije
      • Imibano
      • Ivyisungwa
    • Amakuru Aramvuye
      • Ibiharuro
      • Imyihwezo
    • Abo Turi
      • Amatangazo
      • Turi Bande?
      • Umurongo Ngenderwako
    • Abo Dukorana
      • Ni bande basuzuma amakuru yacu?
    • Twandikire
    • Français
    • Kirundi
    Facebook X (Twitter)
    Burundi Facts
    Home » Page 3
    poritike

    Imbonerakure ntaho zihuriye n’akarorero keza ko kunywana

    2 September 202503 Mins Read

    Mu gihe umunyamabanga mukuru w’umugambwe CNDD-FDD ahayagiza akarorero keza k’imbonerakure ku rwego mpuzamakungu, ivyegeranyo bitangwa n’amashirahamwe mpuzamakungu vyerekana ibindi. Kure…

    Amakuru Yacu

    Inkuru canke igihuha: Koko hoba hari ibiduga vyoba biriko birinjira mu Burundi bizanye igitoro ?

    31 August 202503 Mins Read

    Mu gihe ubukene bw’igitoro bubandanya kuba ndanse mu Burundi , amasanamu y’ibiduga bininiya bitwara igitoro yatanzwe nk’ikimenyetso cuko igitoro coba…

    poritike

    Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko EAC woba ugiye kuzimangana: Umuntu afatiye kugushaka hamwe n’igihushane cibibera k’urubuga

    31 August 202504 Mins Read

    Umuryango uhurikiyemwo ibihugu vyo muri Afrika y’ubuseruko EAC wari ufise indoto yo gushika kure: mu gukuraho imbibe hagati y’ibihugu biwugize,…

    Ubutunzi

    Abahuza abaguzi n’abagurisha nibo batera iduga ry’ibiciro ? Abahinga mu vy’ubutunzi barabihakana

    18 August 202503 Mins Read

    Umukuru w’igihugu, Évariste Ndayishimiye, aragiriza abahuza abaguzi n’abagurisha kwaribo (commissionnaires) batuma ibiciro vy’ibifungurwa biduga mu gisagara ca Bujumbura. Ariko inyuma…

    poritike

    Impunzi z’abarundi, ntacizere zifitiye inzego nshasha zavuye mu matora yo 2025

    13 August 202504 Mins Read

    Inyuma yaho hatunganirijwe amatora kw’igenekerezo rya 05 Ruheshi 2025,amatora yaranzwe n’ubusuma, inzego zatorewe ikiringo co kuva mu 2025_2030 zaramaze kujaho.…

    poritike

    Ihagarikwa ry’impusha zo kwinjira mu Reta zunze ubumwe za Amerika ku barundi: yoba ari ingingo yimfata kibanza canke ingingo yo kwugara burundu?

    13 August 202504 Mins Read

    Kw’igenekerezo rya 4 Ruheshi 2025 , igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika caratangaje ko gihagaritse ivyo gutanga impusha zo…

    poritike

    Iyugururwa ry’ibikorwa vy’Inama Nshingamateka mu Kigobe:Isasa ry’abashikiranganji batatu ryoba rinyuranye n’amategeko ?

    1 August 202503 Mins Read

    Ibikorwa vya mbere vy’abashingamateka baheruka gutorwa (2025_2030) vyarabaye kw’igenekerezo rya 28 Mukakaro mu ngoro y’amakoraniro mu Kigobe,nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru…

    Ubutunzi

    Ukwubahiriza ibiciro vyo kwiyunguruza mu Burundi : ingingo igoye gushira mu ngiro umuntu afatiye kukuri kwuko ibintu vyifashe muri kino gihe

    1 August 202503 Mins Read

    Ku wa 23 Mukakaro 2025, ari i Gitega, umurwa mukuru wa poritike w’Uburundi, Umushikiranganji w’Intwaro yo hagati mu gihugu, Iterambere…

    Ubutunzi

    Ibura ry’amafaranga mvamakungu mu Burundi : umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye aguma arihakana

    1 August 202504 Mins Read

    Mu gihe ifaranga ry’amarundi riguma rita agaciro  kandi ibiciro vy’ibidandazwa biguma biduga bidasanzwe, umukuru w’igihugu  Évariste Ndayishimiye avuga ko ikibazo…

    Ubutunzi

    Imigambi PATAREB na PADCAE-B: amamiriyaridi yakoreshejwe mu nyubako z’impfagusa?

    28 July 202503 Mins Read

    Hakoreshejwe uburyo bwegeranijwe  burenga imiriyaridi 100 mu mafaranga y’amarundi,imigambi y’uburimyi PATAREB na PADCAE_B yari ifise ihangiro ryogutunganya gushasha ibijanye n’uburimyi…

    Previous 1 2 3 4 5 Next
    INKURU ZA MBERE
    Amakuru Yacu

    Abakozi b’abarundi baja kwisumamwo hanze: urupapuro bategerezwa kurondera n’urubakingira koko, canke nukugira basuzume neza abasohoka?

    14 January 202604 Mins Read

    Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko bahura n’ingorane zidasanzwe mubijanye…

    Ubutunzi

    kugwanya ubusuma mu gisata c’ubutare: inguvu z’ubutegetsi ziguma zigabanuka, Ndabirabe aguma aduga

    30 November 202503 Mins Read

    Mu gihe umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye abandanya kuvuga kwatakwihanganira abashora ubutare mu mpisho, umusaruro uriko…

    Amakuru Yacu

    Ukwimbura umusesekara vyaratangajwe, yamara uduhaze ni twinshi

    4 November 202503 Mins Read

    Mugihe umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ahamagarira abarundi gukura amaboko mu mpuzu ngo barime haboneke…

    Amakuru Yacu

    «Amahera ya buji» yakwa abapfungwa n’ukuri canke n’urukurukuru?

    2 November 202503 Mins Read

    Mu Burundi, amashirahamwe atari make aharanira agateka ka zina muntu ariyamiriza ubusuma bukorerwa abapfungwa bashasha.…

    Ronka Amakuru Masha

    Ronka amakuru masha ya Burundi Facts

    * indique "obligatoire"
    /* real people should not fill this in and expect good things - do not remove this or risk form bot signups */

    Intuit Mailchimp

    À une époque où les fausses informations prolifèrent non seulement sur les réseaux sociaux, mais aussi dans les médias traditionnels (radio, télévision, journaux) au Burundi, et où certaines personnalités publiques usent d’un discours versatile pouvant induire la population en erreur, il est du devoir de chacun de se consacrer à la vérification des faits.

    IMYIHWEZO YIMBITSE

    IVYISUNGWA: Abamenyeshamakuru boshikiriza gute amakuru yabo atomoye?

    18 June 2024

    IVYISUNGWA: Intambuko zitanu kugira wirinde amakuru atariyo aca kuri WhatsApp

    17 June 2024

    IVYISUNGWA: Uburyo bwo kubona ibiwani kuri Facebook

    23 February 2022

    Ronka Amakuru Masha

    Ronka amakuru masha ya Burundi Facts

    * indique "obligatoire"
    /* real people should not fill this in and expect good things - do not remove this or risk form bot signups */

    Intuit Mailchimp

    Facebook X (Twitter)
    © 2026 BurundiFacts. Designed by Oracom Web Solutions.

    Type above and press Enter to search. Press Esc to cancel.