Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko…
Urukurikirane
Abakozi b’abarundi bakorera canke bipfuza kuja gukorera i Dubai ubu bariko bahura n’ingorane zidasanzwe mubijanye no gutunganya ingendo zabo. Ivyo bikaba biva ku ngingo nshasha yashizweho n’umushikiranganji…
Mu gihe umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye abandanya kuvuga kwatakwihanganira abashora ubutare mu mpisho, umusaruro uriko urateba kuboneka. Amatohoza yakozwe yongera ashirwa ahabona n’ishirahamwe King Umurundi Freedom yemeza…
Mugihe umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ahamagarira abarundi gukura amaboko mu mpuzu ngo barime haboneke n’umwimbu w’umusesekara w’ibifungurwa,ukuri kugaragara n’uko hariho igihushane. Ugucerwa mugutanga ifumbire,kweza amaso umuntu…